Icigwa ca 5 co kw’igenekerezo rya 1 Myandagaro 2020

Kubw’igikorwaciwe, ubutumwa bwiza bwarashoboye kuvugwa muri Afrika no mu Burayi (8: 26-38; 16: 6-10). Mpwemu Yera aripfuza kuduha ububasha, kudukomeza, kutwigisha, kutuyobora, kutugira umwe no kuturungika ku gikorwa gikomeye mw’isi, ari co co kuyoborera abagabo n’abagorekuri Yesu no ku kuri kwiwe. ................
................